logo
feat-img

Twigire ku burwaneza bwa YESU

Ntazozimya urumuri ruyenga

feat-img

Hahirwa abadatsitazwa n’ivya YESU

Hari igihushane ciza ko n'igihe twatakaje ivyizigiro mu MANA yoyo idatakaza ivyizigiro mu mugambi wayo kuri twebwe.

feat-img

Ubushobozi buherekeza abajanye Ubutumwa bwiza

Ni twumvira tukaba ibikoresho vyo kujana ubutumwa bwiza aho butaragera tuzobona ko vy’ukuri Imana yaturungikanye ubushobozi butenena kuri twebwe ariko bushingiye kuri Kristo n'ico ari

feat-img

Ibishikira hamwe n’ibiremesha abarungitswe mw’Ivugabutumwa

Abakirisu babaye mu bihugu bitarimwo ihamwa bashobora kwijajara.

feat-img

Intwazangabo y’Umuromani itwigisha ukwizera gutangaje

Ijambo rya Kristo ryonyene rirahagije.

feat-img

Ivyera vyanyu ntimukabihe imbwa

Urukundo rurakenewe, ariko rukwiye kujana n’ubwenge bwo kurobanura

feat-img

Ibisunika imitima yacu

Uburyo bwiza bwo gusuzuma ko ibikorwa turiko tubikorana umutima wo, n'ukubikora ku buryo ata muntu n'umwe abimenya kiretse Imana kandi tukumva ko tunyuzwe tutarinze kumenyekana

feat-img

Ubutumwa bwo ku musozi: Ibintu indwi biranga Umwigishwa

“Abonye iryo shengero, aduga umusozi. Amaze kwicara, abigishwa biwe baramwegera.” (Matayo 5:1)

feat-img

Twigire ku kugeragezwa kwa Yesu

Gusenga no kwiga Ijambo ry’imana nivyo birwanishwa nyamukuru biduha intsinzi.

feat-img

Kwitega Umwami mu kumwitegurira

Umve ngira ntume integuza yanje, indoranirize inzira imbere yanje: kandi Umwami murondera azoshika giturumbuka mu rusengero rwiwe, ari we ntumwa y'isezerano munezererwa, eh' araje, ni ko Uhoraho Nyen' ingabo agize"

feat-img

Ihishurwa rusangi n’Ihishurwa ry’umwihariko

Irema rirashingira intahe Imana, ariko kandi rikarushiriza kwagiriza umuntu, iyo yanse gukomeza urugendo rujana kuri Kristo.

feat-img

Abanyamahanga mu Gisekuru ca Yesu

Uretse ko gushira abagore mugisekuru bitakorwa, Matayo arinze abikora yarakwiye guca ashiramwo abagore b’iteka nka Sara, Rebeka, Rakeli nabandi bahizikazi. Ariko tubona ashiramwo abagore bane b’abanyamahangakazi.

feat-img

Imirwi mito y’Abigishwa isangira ukwizera kw’abera ba kera

Buri mwaka, rimwe mu ndwi, barakoranira hamwe hanyuma barasengera hamwe mu gusozera umwaka

feat-img

Intambuko zitanu zo kwiga Bibiliya

Nivyingira kamaro kwumva ijwi ry’Imana kumusi kumusi mw’Ijambo ryayo. Ngizi intambuko zibanze zogufasha

feat-img

Ingingo zitanu nyamukuru zigize Ubutumwa Bwiza

Ubutumwa Bwiza s’indome zitatu zambere(ABC) ariko n’urufatiro, umutima hamwe n’inyubako vy’urugendo rwacu rwose rukristu

feat-img

URAFISE ABAGENZI BEZA?

Turashobora kubaho atamugenzi numwe dufise, ariko ubwo buzima bwacu bwoba busa gute?

feat-img

KU MISOZI YA EBALU NA GERIZIMU

Imana idahinduka irongorera abantu bayo bahindagurika kunagurwa mwisezerano ryayo ridahinduka.

feat-img

IBIGIRA UMUBANO WACU KUBA “RUKRISTU”

Kuja murusengero , pasitori agahezagira ubukwe, abaragana bakambikana impeta, bakandikwa mugitabo cingo comwishengero, ntanakimwe muribi gituma urugo rwabo ruba rukristu.

feat-img

TUBE ABABWIRIZA BEZA B’UBUTUNZI

Umugani w’umubwiriza mubi, numwe mumigani ya Yesu igaruka nku nkuru y’Ubwami bw’Imana, ibihe vyiherezo, ibihe bidashira ningene ivyo vyose bihindura cane uburyo tubona kandi dukoresha amahera. Luka 16:1-15

feat-img

EL ELYON, MANA YA MELEKISEDEKI NA ABURAMU

Melekisedeki na Aburamu batwigisha kw’Imana irihejuru kandi ibereye ugusengwa kutagabanije

feat-img

IVUKA RYA ISAKA NIVUKA RYA KRISTO

Imwe munkuru zikunda kwihererezwako muburyo ataribwo ninkuru yivuka rya Isaka. Ariko irivuka rivuga vyinshi kuri Kristo gusumba twebwe.

feat-img

IKIMAZI CA ISAKA NICA KRISTO

Dufata akanya ko kurimbura kukimazi ca Isaka nico cavuga kukimazi ca Kristo

feat-img

ICIRWA KURI BIBILIYA

Abakirisu bari bazwi kera nka “ABANTU B’IGITABO” Ariko uyumusi vyarahindukiye. Reka duhere aho tuba dukwiriye duhera nyene. Mbega Bibiliya n’iki”?

feat-img

ICIRWA CIVYIZERWA KU MANA

Imana niyo gusengwa kubwiciri umuntu atari , atigeze aba nigihe icaha kitari bwaze kandi atazoba nigihe tuzoba twahinguwe rwose.

feat-img

ICIRWA C’IVYIZERWA KU MANA

Imana yaturemye kuburyo dushobora gushushanywa nayo muburangamutima bumwe bumwe kandi tudacitse nkayo. Nomurubwo burangamutima idusangiza mubuntu nomurukundo, iguma yisa kuko niyo yonyene ibufise, yabwamanye kandi izobwamana muburyo butunganye

feat-img

UKURWA KW’UMUNTU

Adamu umuserukizi wacu wambere yarananiwe tunanirwa muriwe. Ivyzigiro vyacu bihagaze muri Adamu wa kabiri.

feat-img

UBUMEREMERE BUBIRI BWA YESU

Umucunguzi twari dukeneye yategerezwa kuba Imana ijana kwijana, akaba n’Umuntu ijana kwijana. Tahura igituma.

feat-img

IGIKORWA CA YESU KRISTO

Dukizwa n’Urupfu rwiwe, ukuzuka kwize , ariko tuzotunganywa rwose niyaragaruka ubwakabiri tukaduzwa nkuko nawe yadugijwe ubwambere.

feat-img

KUVYARWA UBWA KABIRI NOGUHINDUKIRA

Mpwemu niwe atuma ivyakoretse kumusaraba kubwacu tubihabwa. Kubwivyo aratuvyara ubwakabiri akaduha nubuntu bwo guhindukira.

feat-img

IMYIMENYEREZO YO GUKURA MUBURYO BW’IMPWEMU

Uwavutse niwe akura. Uwutararonka ubugingo buva ku Mana ntanakimwe imyimenyerezo yomuburyo bw’impwemu yomumarira. Ariko kubizera, nimiringoti y’ubuntu bw’Imana

feat-img

UMURIRO N’IJURU

Ijuru n’umuriro. Aya maherezo abiri aratandukanye cane gusumba ijoro numurango. Ariko asa ikintu kimwe: Yosa nayibihe bidashira.

Follow us

Little Flock Copyright (c) 2026.All Rights Reserved

Little Flock Ministries